8 Nuko aravyuka, ararya aranywa maze agira urugendo rw’imisi 40 n’amajoro 40 abikesheje izo mfungurwa. Aragenda gushika ku musozi w’Imana y’ukuri witwa Horebu+.
9 Ahageze yinjira mw’isenga+ ararayo. Aza yumva Yehova amubajije ati: «Uriko ukora iki ng’aha ga Eliya?»