ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 11:16, 17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Yehova yishura Musa ati: «Ntorera abagabo 70 mu bashingantahe bo muri Isirayeli, abagabo uzi ko ari abashingantahe n’abakuru babishoboye+, ubajane kw’ihema ry’ibonaniro hanyuma uhagararane na bo ng’aho. 17 Nanje nzoca manuka+, mvuganire nawe ng’aho+. Nzokura impwemu nkeyi+ kuri wewe ndayishire kuri bo, baheze bagufashe kwikorera umuzigo w’aba bantu kugira ntubandanye kuwikorera wenyene+.

  • Gusubira mu vyagezwe 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Nimutore mu miryango yanyu abagabo b’inkerebutsi, baciye ubwenge kandi b’inararibonye kugira ndabagire abakuru banyu+.”

  • Ivyakozwe 6:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Nuko rero bavukanyi, nimurondere muri mwebwe abagabo indwi bazwi neza*+, buzuye impwemu n’ubukerebutsi+, kugira tubashinge iki gikorwa gikenewe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika