ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 105:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Nuko irungika umusavyi wayo Musa+,

      irungika na Aroni+, uwo yari yaratoye.

  • Zaburi 105:38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 38 Abanyamisiri baranezerewe babonye bagiye,

      kuko bari batekewe n’ubwoba kubera Abisirayeli*+.

  • Ivyakozwe 7:34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Nabonye vy’ukuri agacinyizo abantu banje barimwo mu Misiri, kandi numvise amaborogo yabo+, nkaba ngira nje kubarokora. Umve rero, ngira ndagutume mu Misiri.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika