Kuvayo 34:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ntimuze mwunamire izindi mana+, kuko jewe Yehova ndi Imana isaba gusengwa yonyene*. Egome, ndi Imana isaba gusengwa yonyene*+. Matayo 4:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yezu amwishura ati: «Mvako Shetani! Kuko vyanditswe ngo: “Yehova* Imana yawe ni we utegerezwa gusenga+, kandi ni we wenyene utegerezwa gukorera igikorwa ceranda+.”» Luka 10:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Na we amwishura ati: «“Utegerezwa gukunda Yehova* Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’inkomezi zawe zose n’ubwenge bwawe bwose+”, hamwe na “mugenzawe nk’uko wikunda+.”»
14 Ntimuze mwunamire izindi mana+, kuko jewe Yehova ndi Imana isaba gusengwa yonyene*. Egome, ndi Imana isaba gusengwa yonyene*+.
10 Yezu amwishura ati: «Mvako Shetani! Kuko vyanditswe ngo: “Yehova* Imana yawe ni we utegerezwa gusenga+, kandi ni we wenyene utegerezwa gukorera igikorwa ceranda+.”»
27 Na we amwishura ati: «“Utegerezwa gukunda Yehova* Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’inkomezi zawe zose n’ubwenge bwawe bwose+”, hamwe na “mugenzawe nk’uko wikunda+.”»