Kuvayo 23:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Uzokora ibikorwa vyawe imisi itandatu, ariko ku musi ugira indwi nta gikorwa na kimwe uzokora. Ivyo bizotuma impfizi y’inka yawe n’indogobwa yawe biruhuka, bitume n’umwana w’umusukukazi wawe na kavamahanga bagarura agatege+.
12 Uzokora ibikorwa vyawe imisi itandatu, ariko ku musi ugira indwi nta gikorwa na kimwe uzokora. Ivyo bizotuma impfizi y’inka yawe n’indogobwa yawe biruhuka, bitume n’umwana w’umusukukazi wawe na kavamahanga bagarura agatege+.