ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 15:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Yehova ni umurwanyi akomeye+. Yehova ni ryo zina ryiwe+.

  • Zaburi 96:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Nimuhe Yehova ubuninahazwa bubereye izina ryiwe+.

      Nimurenguke mu bigo vyiwe muzanye ingabire.

  • Zaburi 135:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Ewe Yehova, izina ryawe ryamaho ibihe vyose.

      Ewe Yehova, icubahiro* cawe camaho uko urunganwe* rukurikira urundi+.

  • Hoseya 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 emwe Yehova Imana Nyeningabo+.

      Yehova ni ryo zina yibukirwako+.

  • Yohani 17:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Narabamenyesheje izina ryawe kandi nzorimenyekanisha+, kugira urukundo wankunze rube muri bo, nanje nunge ubumwe na bo+.»

  • Abaroma 10:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Kuko «umuntu wese yambaza izina rya Yehova* azokizwa+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika