Itanguriro 17:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Aburamu amaze imyaka 99, Yehova aramubonekera amubwira ati: «Ndi Imana Mushoboravyose. Gendera imbere yanje kandi werekane ko uri intungane*. Itanguriro 17:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nzokwubahiriza isezerano riri hagati yanje nawe+ hamwe n’uruvyaro* rwawe, uko urunganwe* rwabo ruzogenda rurakurikirana. Ni isezerano ry’ibihe bidahera ry’uko nzoba Imana yawe n’Imana y’uruvyaro rwawe.
17 Aburamu amaze imyaka 99, Yehova aramubonekera amubwira ati: «Ndi Imana Mushoboravyose. Gendera imbere yanje kandi werekane ko uri intungane*.
7 Nzokwubahiriza isezerano riri hagati yanje nawe+ hamwe n’uruvyaro* rwawe, uko urunganwe* rwabo ruzogenda rurakurikirana. Ni isezerano ry’ibihe bidahera ry’uko nzoba Imana yawe n’Imana y’uruvyaro rwawe.