-
Gusubira mu vyagezwe 22:28, 29Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
28 Umugabo niyabona umukobwa w’isugi atarehejwe, akamufata akaryamana na we maze bagafatwa+, 29 uwo mugabo ategerezwa guha se w’uwo mukobwa shekeli 50 z’ifeza, kandi uwo mukobwa azoca aba umugore wiwe+. Igihe cose uwo mugabo azoba akiriho, nta burenganzira azoba afise bwo kumwirukana kuko azoba yamumaramaje.
-