Umusiguzi 10:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ntukavume* umwami+ naho hoba mu vyiyumviro vyawe*, kandi ntukavume umutunzi uri mu cumba uryamamwo, kuko inyoni* yohava itwara ijwi* ryawe canke ikiremwa kiguruka kigasubiramwo ivyo wavuze. Ivyakozwe 23:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Pawulo na we avuga ati: «Benewacu, sinari nzi ko ari umuherezi mukuru. Kuko vyanditswe ngo: “Ntugatuke umutware w’abantu bawe+.”» Yuda 8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Naho ari ukwo, abo bantu na bo nyene baguma biyumvira ibintu bibi, bagahumanya imibiri yabo, bagasuzugura ubukuru kandi bakavuga nabi abo Imana yateye iteka+.
20 Ntukavume* umwami+ naho hoba mu vyiyumviro vyawe*, kandi ntukavume umutunzi uri mu cumba uryamamwo, kuko inyoni* yohava itwara ijwi* ryawe canke ikiremwa kiguruka kigasubiramwo ivyo wavuze.
5 Pawulo na we avuga ati: «Benewacu, sinari nzi ko ari umuherezi mukuru. Kuko vyanditswe ngo: “Ntugatuke umutware w’abantu bawe+.”»
8 Naho ari ukwo, abo bantu na bo nyene baguma biyumvira ibintu bibi, bagahumanya imibiri yabo, bagasuzugura ubukuru kandi bakavuga nabi abo Imana yateye iteka+.