Gusubira mu vyagezwe 16:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ntimuze mugoreke urubanza+. Ntimuzogire nkunzi+ canke ngo murye igiturire, kuko igiturire gihuma amaso abantu baciye ubwenge*+ kandi kigatuma abagororotsi bavuga ibigoramye. 2 Ngoma 19:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Muze rero mutinye Yehova+. Muriyubara mu vyo mukora, kuko Yehova Imana yacu atarenganya+, atagira nkunzi+ kandi atarya igiturire+.»
19 Ntimuze mugoreke urubanza+. Ntimuzogire nkunzi+ canke ngo murye igiturire, kuko igiturire gihuma amaso abantu baciye ubwenge*+ kandi kigatuma abagororotsi bavuga ibigoramye.
7 Muze rero mutinye Yehova+. Muriyubara mu vyo mukora, kuko Yehova Imana yacu atarenganya+, atagira nkunzi+ kandi atarya igiturire+.»