ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 5:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Wewe genda wumvirize ivyo Yehova Imana yacu avuga. Uzoheza uze utubwire ivyo Yehova Imana yacu yakubariye vyose, natwe tuzovyumviriza tubikore+.”

  • Yosuwa 24:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Yosuwa aca ababwira ati: «Ko ari mwebwe rero mwihitiyemwo gukorera Yehova+, mwebwe ubwanyu muri ivyabona bizobagiriza.» Na bo bishura bati: «Turi ivyabona.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika