ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 34:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Nuko aguma ng’aho imisi 40 n’amajoro 40 ari kumwe na Yehova. Nta mukate yarya kandi nta n’amazi yanywa+. Araheza yandika kuri vya bisate amajambo y’iryo sezerano, ya mabwirizwa cumi*+.

  • Gusubira mu vyagezwe 9:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Igihe naduga ku musozi gutora vya bisate vy’amabuye+ biriko isezerano Yehova yagiraniye namwe+, namaze imisi 40 n’amajoro 40+ kuri wo ntarya kandi ntanywa n’amazi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika