ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 5:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Ariko bamubwira bati: «Imana y’Abaheburayo yaravuganye natwe. Dushaka kugira urugendo rw’imisi itatu mu gahinga kugira tuje gushikanira ibimazi Yehova Imana yacu+. Ahandiho yoduteza indwara canke akatwicisha inkota.»

  • Kuvayo 10:25, 26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Musa amwishura ati: «Wewe nyene uzoduha* ibitungwa dutangako ibimazi n’amashikanwa aturirwa, natwe tuzobishikanira Yehova Imana yacu+. 26 Ibitungwa vyacu na vyo nyene tuzobitwara. Nta gitungwa* na kimwe kizosigara ng’aha, kuko ari vyo tuzokuramwo ivyo dushikanira Yehova Imana yacu, kandi ntidushobora kumenya ivyo tuzoshikanira Yehova tutarashikayo.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika