ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 39:33, 34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Maze bazanira Musa ibintu vyose bigize iryo hema ryeranda+, ushizemwo ibitambara vyaryo+ n’ibikoresho vyaryo vyose, udufatanisho twaryo+, ibizingiti* vyaryo+, udukoni twaryo+, inkingi zaryo n’udutafari dutoboye twazo+; 34 igitambara caryo gikozwe mu nshato z’intama zisize ibara ritukura+, igitambara caryo gikozwe mu nshato z’ibikoko vyitwa tahashi*, ya rido y’igikingirizo+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika