Kuvayo 7:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nanje nzoreka Farawo akomantaze umutima wiwe+, kandi nzokorera mu Misiri ibimenyetso vyinshi n’ibitangaro vyinshi+. Kuvayo 12:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Abanyamisiri baca batangura guhutagiza Abisirayeli ngo bave mu gihugu ningoga+, kuko bavuga bati: «Erega ni nk’aho twese twamaze gupfa+!» Gusubira mu vyagezwe 6:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Twariboneye ibimenyetso n’ibitangaro bikomeye kandi biteye ubwoba Yehova yagumye akora kugira ateze ivyago Misiri+, Farawo hamwe n’urugo rwiwe rwose+.
3 Nanje nzoreka Farawo akomantaze umutima wiwe+, kandi nzokorera mu Misiri ibimenyetso vyinshi n’ibitangaro vyinshi+.
33 Abanyamisiri baca batangura guhutagiza Abisirayeli ngo bave mu gihugu ningoga+, kuko bavuga bati: «Erega ni nk’aho twese twamaze gupfa+!»
22 Twariboneye ibimenyetso n’ibitangaro bikomeye kandi biteye ubwoba Yehova yagumye akora kugira ateze ivyago Misiri+, Farawo hamwe n’urugo rwiwe rwose+.