Kuvayo 20:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ntimuze muhingure imana z’ifeza mumbangikanya, kandi ntimuze mwihingurire imana z’inzahabu+.