Kuvayo 32:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Yehova yongera kubwira Musa ati: «Nabonye ko aba bantu ari intumva*+. Kuvayo 33:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nimuduge mu gihugu gitemba amata n’ubuki+. Ariko sinzodugana namwe kuko muri intumva*+. Nohava ndabicira mu nzira+.»
3 Nimuduge mu gihugu gitemba amata n’ubuki+. Ariko sinzodugana namwe kuko muri intumva*+. Nohava ndabicira mu nzira+.»