ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 27:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Uzogikorera utudobo two gukura iminyota* hamwe n’ibipawa, amabakure, amakanya be n’udupanu tujamwo umuriro. Ibikoresho vyaco vyose uzobikora mu mujumpu+.

  • Abalewi 4:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ariko urushato rw’iyo shuri n’inyama zayo zose, biri kumwe n’umutwe, amaguru*, amara be n’amayezi+, 12 ni ukuvuga ibisigaye vyose kuri iyo shuri, azobitwara inyuma y’ikambi aho bata iminyota*, abiturize umuriro w’inkwi+. Bikwiye guturirirwa aho bata iminyota.

  • Abalewi 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Umuherezi azokwambara umwambaro wiwe w’akazi na rya butura* bikozwe mw’ilino*+ kugira apfuke ubwambure bwiwe. Azokura iminyota*+ y’iryo shikanwa umuriro watuririye ku gicaniro, ayishire iruhande y’igicaniro.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika