Kuvayo 20:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Wibuke kwubahiriza umusi w’isabato kugira ugume ari mweranda+. Kuvayo 20:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Kuko Yehova yaremye ijuru n’isi, ikiyaga n’ibintu vyose biri muri vyo mu misi itandatu, agatangura kuruhuka ku musi ugira indwi+. Ni co gituma Yehova yahezagiye umusi w’isabato, akawugira mweranda. Kuvayo 31:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 «Bwira Abisirayeli uti: “Muze mwitwararike kwubahiriza amasabato yanje+, kuko ari ikimenyetso kiri hagati yanje namwe, uko urunganwe* rwanyu ruzogenda rurakurikirana, kugira mumenye ko jewe Yehova ndiko ndabeza. Luka 6:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yongerako ati: «Umwana w’umuntu arafise ububasha kw’isabato*+.»
11 Kuko Yehova yaremye ijuru n’isi, ikiyaga n’ibintu vyose biri muri vyo mu misi itandatu, agatangura kuruhuka ku musi ugira indwi+. Ni co gituma Yehova yahezagiye umusi w’isabato, akawugira mweranda.
13 «Bwira Abisirayeli uti: “Muze mwitwararike kwubahiriza amasabato yanje+, kuko ari ikimenyetso kiri hagati yanje namwe, uko urunganwe* rwanyu ruzogenda rurakurikirana, kugira mumenye ko jewe Yehova ndiko ndabeza.