ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 24:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Ukwiye kumuhemba kuri uwo musi nyene+ izuba ritararenga, kuko yikeneye kandi iyo mpembo akaba ari yo azeyeko uburaro n’uburamuko. Ahandiho azotakambira Yehova akurega, kandi uzoca wagirwa n’icaha+.

  • Yeremiya 22:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Aragowe uwubaka inzu yiwe mugabo ntayubake mu bugororotsi,

      akubaka n’ivyumba vyiwe vyo hejuru mugabo ntavyubake mu butungane,

      agakoresha mugenziwe kuri gusa,

      ntamuhembe+.

  • Yakobo 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Raba! Impembo mutahaye abakozi bimbuye imirima yanyu iguma isemerera, kandi ugutabaza kw’abimbuzi kwashitse mu matwi ya Yehova* Nyeningabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika