-
Abalewi 5:15, 16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 «Umuntu niyahemuka agacumura ku bintu vyeranda vya Yehova+ atabishaka, azozanira Yehova ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha rigizwe n’impfizi y’intama itagira akanenge akuye mu busho bwiwe+. Igiciro cayo muri shekeli z’ifeza kizoshingwa hisunzwe shekeli* y’akarorero y’aheranda*+. 16 Ategerezwa kandi kuriha ibintu vyeranda yacumuyeko, yongereko ica gatanu c’igiciro cavyo+. Azobiha umuherezi kugira amutangire impongano*+ akoresheje impfizi y’intama y’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha, kandi azobabarirwa+.
-