ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 18:15, 16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Musa amwishura ati: «Ni uko baguma baza iwanje gusiguza Imana. 16 Igihe abantu bafitaniye urubanza, baca barunzanira nanje nkarubacira. Ndaheza nkabamenyesha ingingo z’Imana y’ukuri n’amategeko yayo+.»

  • Guharura 15:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Igihe Abisirayeli bari mu bugaragwa, hari umugabo basanze ariko arasenya kw’isabato+.

  • Guharura 15:34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Baraheza bamushira aho acungirwa+, kuko amategeko atatomora neza ico bomugira.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika