ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Yehova azobateza igituntu, inyonko ikaze+, ubuvyimbe, ubushuhe bukaze hamwe n’inkota+. Azotuma ibiterwa vyanyu bibabuka yongere abiteze ingese y’ibiterwa*+, kandi ivyo biza vyose bizobakurikirana gushika muherengeteye.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Umwimbu wo mu mirima yanyu n’ibifungurwa vyanyu vyose bizoribwa n’abantu mutazi+. Bazokwama babanyaga utwanyu bongera babacinyiza.

  • Abacamanza 6:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Igihe cose Abisirayeli bateye imbuto, Abamidiyani n’Abamaleki+ n’Abanyabuseruko+ baca babatera.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika