ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 3:6, 7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 «Zana Abalewi+, ubashikirize Aroni umuherezi kugira bamufashe+. 7 Bazofasha Aroni n’ishengero ryose mu gukora ibikorwa bajejwe bijanye n’ihema ryeranda, babikorere imbere y’ihema ry’ibonaniro.

  • Guharura 18:2, 3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Vyongeye, nuzane hafi benewanyu bo mu muryango wa Lewi, umuryango wa ba sokuru bawe, kugira babafashe ibikorwa+ mwe n’abahungu bawe, imbere y’ihema ririmwo isandugu y’isezerano*+. 3 Bazokora ibikorwa ubajeje hamwe n’ibikorwa vyose vyo kw’ihema+, ariko ntibakwiye kwegera ibikoresho vy’ahantu heranda n’igicaniro kugira ntibapfe canke ngo namwe mupfe+.

  • 1 Ngoma 23:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Baritwararika n’ivyo bajejwe ku bijanye n’ihema ry’ibonaniro, Aheranda, bakitwararika na benewabo bakomoka kuri Aroni. Babigira ku bw’igikorwa c’inzu ya Yehova.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika