ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 26:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Uzoyimanika ku nkingi zine z’ibiti vy’umunyinya zihometseko inzahabu. Udusumari two kuri izo nkingi tuzoba dukozwe mu nzahabu. Izo nkingi zizoba zishinze mu dutafari tune dukozwe mw’ifeza.

  • Kuvayo 26:37
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Uzokora inkingi zitanu mu giti c’umunyinya zo kumanikako iyo rido*, uheze uzihomekeko inzahabu. Udusumari twazo tuzoba dukozwe mu nzahabu, kandi uzozikorera udutafari dutanu mu mujumpu ushongeshejwe.

  • Kuvayo 36:37, 38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Hanyuma akora iyindi rido* yo ku bwinjiriro bw’ihema mu nyuzi zisa n’ubururu, ubwoya busa n’umuyugubwe, inyuzi zisa n’agahama n’inyuzi z’ilino nziza zitsivye. Vyose abijishira hamwe+. 38 Akora kandi inkingi zitanu zayo n’udusumari* tw’izo nkingi. Ahomeka inzahabu ku mitwe yazo no ku dusumari twazo, ariko udutafari dutanu twazo twari dukozwe mu mujumpu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika