Kuvayo 6:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Aroni arongora Elisheba umukobwa wa Aminadabu, mushiki wa Nahashoni+. Araheza avyara Nadabu, Abihu, Eleyazari na Itamari+. Kuvayo 38:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ng’uru urutonde rw’ivyakoreshejwe mu kwubaka rya hema ryeranda, ni ukuvuga ihema ryeranda ririmwo isandugu y’isezerano*+. Musa ni we yategetse Abalewi+ kugira urwo rutonde, bahagarikiwe na Itamari+ umuhungu wa Aroni umuherezi. 1 Ngoma 6:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Abana* ba Amuramu+ bari Aroni+, Musa+ na Miriyamu+. Abahungu ba Aroni bari Nadabu, Abihu+, Eleyazari+ na Itamari+.
23 Aroni arongora Elisheba umukobwa wa Aminadabu, mushiki wa Nahashoni+. Araheza avyara Nadabu, Abihu, Eleyazari na Itamari+.
21 Ng’uru urutonde rw’ivyakoreshejwe mu kwubaka rya hema ryeranda, ni ukuvuga ihema ryeranda ririmwo isandugu y’isezerano*+. Musa ni we yategetse Abalewi+ kugira urwo rutonde, bahagarikiwe na Itamari+ umuhungu wa Aroni umuherezi.
3 Abana* ba Amuramu+ bari Aroni+, Musa+ na Miriyamu+. Abahungu ba Aroni bari Nadabu, Abihu+, Eleyazari+ na Itamari+.