Kuvayo 7:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Igihe Musa na Aroni bavugana na Farawo, Musa yari afise imyaka 80+, Aroni na we 83. Gusubira mu vyagezwe 34:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Musa yapfuye afise imyaka 120+. Ico gihe yari akibona neza kandi yari agifise inguvu. Ivyakozwe 7:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ashikanye imyaka 40, yaragize iciyumviro* co kuja kuraba benewabo b’Abisirayeli*+.