ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 27:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Yehova yishura Musa ati: «Tora Yosuwa mwene Nuni, umugabo abishoboye*, uheze umurambikeko ibiganza+.

  • Gusubira mu vyagezwe 3:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Nugene Yosuwa abe indongozi+, umuremeshe wongere umukomeze, kuko ari we azojabuka+ uru ruzi ari imbere y’aba bantu, kandi ni we azobafasha kwigarurira igihugu uza kubona.”

  • Yosuwa 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 «Umusavyi wanje Musa yapfuye+. Haguruka rero, ujabuke uruzi Yorodani wewe n’aba bantu bose, mwinjire mu gihugu ngira mpe Abisirayeli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika