Gusubira mu vyagezwe 4:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Umusi mwari muhagaze imbere ya Yehova Imana yanyu i Horebu, Yehova yambwiye ati: “Koraniriza abantu imbere yanje bumve amajambo yanje+, kugira bige kuntinya+ imisi yose bazomara kw’isi no kugira bavyigishe abana babo+.” Abaheburayo 10:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ntiduhebe gukoranira hamwe+ nk’uko bamwe bahora babigira, ahubwo turemeshanye+ kandi turushirize kubigira uko tubona wa musi wegereza+.
10 Umusi mwari muhagaze imbere ya Yehova Imana yanyu i Horebu, Yehova yambwiye ati: “Koraniriza abantu imbere yanje bumve amajambo yanje+, kugira bige kuntinya+ imisi yose bazomara kw’isi no kugira bavyigishe abana babo+.”
25 Ntiduhebe gukoranira hamwe+ nk’uko bamwe bahora babigira, ahubwo turemeshanye+ kandi turushirize kubigira uko tubona wa musi wegereza+.