Gusubira mu vyagezwe 6:6, 7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Aya majambo ndabategetse uno musi abwirizwa kuba ku mitima yanyu, 7 kandi mutegerezwa kuyasubiriramwo* abana banyu+ no kubabwira ivyayo igihe mwicaye mu nzu, igihe muriko muragenda mu nzira, igihe muryamye n’igihe muvyutse+. Abanyefeso 6:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Namwe ba sebibondo, ntimutere ishavu abana banyu+, ahubwo mubandanye kubarera mu kubatoza indero+ mwongera mubakebura* nk’uko Yehova* yashinze+.
6 Aya majambo ndabategetse uno musi abwirizwa kuba ku mitima yanyu, 7 kandi mutegerezwa kuyasubiriramwo* abana banyu+ no kubabwira ivyayo igihe mwicaye mu nzu, igihe muriko muragenda mu nzira, igihe muryamye n’igihe muvyutse+.
4 Namwe ba sebibondo, ntimutere ishavu abana banyu+, ahubwo mubandanye kubarera mu kubatoza indero+ mwongera mubakebura* nk’uko Yehova* yashinze+.