Abacamanza 2:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Nuko baheba Yehova Imana ya ba sekuruza yari yarabakuye mu gihugu ca Misiri+. Bakurikira izindi mana, imana z’amahanga yari abakikuje+. Barazunamira, bababaza Yehova+. Abacamanza 2:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Yehova yahavuye rero ashavurira cane Abisirayeli+ maze avuga ati: «Kubera ko iri hanga ryahonyanze isezerano+ nategetse ba sekuruza babo kwubahiriza, rikanka kunyumvira+,
12 Nuko baheba Yehova Imana ya ba sekuruza yari yarabakuye mu gihugu ca Misiri+. Bakurikira izindi mana, imana z’amahanga yari abakikuje+. Barazunamira, bababaza Yehova+.
20 Yehova yahavuye rero ashavurira cane Abisirayeli+ maze avuga ati: «Kubera ko iri hanga ryahonyanze isezerano+ nategetse ba sekuruza babo kwubahiriza, rikanka kunyumvira+,