Kuvayo 18:17, 18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Sebukwe aca amubwira ati: «Nturiko ukora mu buryo bwiza. 18 Uburuhe buzokwica mwe n’aba bantu muri kumwe. Iki gikorwa kirakurengeye, ntiwogishobora wenyene. Guharura 11:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Maze Musa abwira Yehova ati: «Kubera iki wankwegeye izi ngorane jewe umusavyi wawe? Kuki utanyumviye akagongwe, ukandemeka umuzigo w’aba bantu bose+? Guharura 20:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Batangura gushwanira Musa+, bamubwira bati: «Iyo dupfuma dupfa igihe benewacu bapfira imbere ya Yehova!
17 Sebukwe aca amubwira ati: «Nturiko ukora mu buryo bwiza. 18 Uburuhe buzokwica mwe n’aba bantu muri kumwe. Iki gikorwa kirakurengeye, ntiwogishobora wenyene.
11 Maze Musa abwira Yehova ati: «Kubera iki wankwegeye izi ngorane jewe umusavyi wawe? Kuki utanyumviye akagongwe, ukandemeka umuzigo w’aba bantu bose+?
3 Batangura gushwanira Musa+, bamubwira bati: «Iyo dupfuma dupfa igihe benewacu bapfira imbere ya Yehova!