Kuvayo 20:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Nuko babwira Musa bati: «Ba ari wewe utubwira natwe turumviriza, ariko Imana ntibandanye kuvugana natwe, ahandiho twopfa+.» Abagalatiya 3:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 None amategeko ahari kubera iki? Yongeweko kugira ngo ibicumuro bije ahabona+, kugeza uruvyaro* rwari rwarahawe umuhango rushitse+. Kandi ayo mategeko yashikirijwe biciye ku bamarayika+, acishwa mu kuboko kw’umuhuza+.
19 Nuko babwira Musa bati: «Ba ari wewe utubwira natwe turumviriza, ariko Imana ntibandanye kuvugana natwe, ahandiho twopfa+.»
19 None amategeko ahari kubera iki? Yongeweko kugira ngo ibicumuro bije ahabona+, kugeza uruvyaro* rwari rwarahawe umuhango rushitse+. Kandi ayo mategeko yashikirijwe biciye ku bamarayika+, acishwa mu kuboko kw’umuhuza+.