-
Kuvayo 19:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Yehova aca amubwira ati: «Ehe ngira nze mu gicu c’umuzitanya kugira abantu bumve ko ndiko ndavugana nawe. Ivyo bizotuma nawe bakwizera ibihe vyose.» Musa araheza abwira Yehova ivyo abantu bamubwiye.
-