Gusubira mu vyagezwe 10:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ubu rero yemwe Bisirayeli, none hari ikindi Yehova Imana yanyu abasaba+ atari ugutinya Yehova Imana yanyu+, kugendera mu nzira ziwe zose+, kumukunda, gukorera Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+, Gusubira mu vyagezwe 13:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Mukwiye gukurikira Yehova Imana yanyu, mukamutinya. Mutegerezwa kugamburuka amabwirizwa yiwe kandi mukumviriza ijwi ryiwe. Ni we mukwiye gukorera kandi ni we mukwiye kwumirako+.
12 Ubu rero yemwe Bisirayeli, none hari ikindi Yehova Imana yanyu abasaba+ atari ugutinya Yehova Imana yanyu+, kugendera mu nzira ziwe zose+, kumukunda, gukorera Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+,
4 Mukwiye gukurikira Yehova Imana yanyu, mukamutinya. Mutegerezwa kugamburuka amabwirizwa yiwe kandi mukumviriza ijwi ryiwe. Ni we mukwiye gukorera kandi ni we mukwiye kwumirako+.