Abalewi 18:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mutegerezwa kwubahiriza ivyagezwe vyanje n’ingingo nashinze. Umuntu wese avyubahiriza azobeshwaho na vyo+. Ndi Yehova. Gusubira mu vyagezwe 4:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ubu rero yemwe Bisirayeli, nimwumvirize amabwirizwa n’amategeko ndiko ndabigisha kwubahiriza, kugira mubandanye kubaho+ mwongere mwinjire mu gihugu Yehova Imana ya ba sokuruza banyu agira abahe, mucigarurire. Abagalatiya 3:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Amategeko rero ntashingiye ku kwizera. Ahubwo handitswe ngo: «Umuntu wese yubahiriza ivyo bintu azobeshwaho na vyo+.»
5 Mutegerezwa kwubahiriza ivyagezwe vyanje n’ingingo nashinze. Umuntu wese avyubahiriza azobeshwaho na vyo+. Ndi Yehova.
4 Ubu rero yemwe Bisirayeli, nimwumvirize amabwirizwa n’amategeko ndiko ndabigisha kwubahiriza, kugira mubandanye kubaho+ mwongere mwinjire mu gihugu Yehova Imana ya ba sokuruza banyu agira abahe, mucigarurire.
12 Amategeko rero ntashingiye ku kwizera. Ahubwo handitswe ngo: «Umuntu wese yubahiriza ivyo bintu azobeshwaho na vyo+.»