Abalewi 27:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Vyongeye, nta muntu yaciriwe urwo gupfa ashobora gucungurwa+. Abwirizwa kwicwa+. Yosuwa 6:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Iki gisagara n’ibiri muri co vyose mutegerezwa kubitikiza+. Vyose ni ivya Yehova. Rahabu+ wa mumaraya ni we gusa aza gusigara, we n’abari kumwe na we mu nzu bose, kuko yanyegeje za ntumwa twarungika+. Yosuwa 10:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Kuri uwo musi, Yosuwa afata igisagara ca Makeda+, abaho abicisha inkota. Yica umwami waho, atikiza n’abahaba bose, ntiyasigaza n’umwe+. Umwami wa Makeda+ amugira nk’uko yagize umwami wa Yeriko.
17 Iki gisagara n’ibiri muri co vyose mutegerezwa kubitikiza+. Vyose ni ivya Yehova. Rahabu+ wa mumaraya ni we gusa aza gusigara, we n’abari kumwe na we mu nzu bose, kuko yanyegeje za ntumwa twarungika+.
28 Kuri uwo musi, Yosuwa afata igisagara ca Makeda+, abaho abicisha inkota. Yica umwami waho, atikiza n’abahaba bose, ntiyasigaza n’umwe+. Umwami wa Makeda+ amugira nk’uko yagize umwami wa Yeriko.