ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 10:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Bamaze kumuzanira abo bami, Yosuwa aca atumako abagabo bose bo muri Isirayeli maze abwira abakomanda bari bajanye na we ati: «Ingo muhonyore ku bikanu vy’aba bami.» Nuko baregera, babahonyora ku bikanu+.

  • Yosuwa 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Aba rero ni bo bami Abisirayeli batsinze mu buseruko bwa Yorodani maze bigarurira ibihugu vyabo kuva ku mubande* wa Arunoni+, kuduga gushika ku musozi Herumoni+, n’akarere kose ka Araba amaja mu buseruko+:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika