Gusubira mu vyagezwe 4:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Yarabumvishije ijwi ryiwe ari mw’ijuru kugira abakosore, kw’isi na ho yaraberetse umuriro wiwe ukomeye, kandi mwarumvise amajambo yiwe ava hagati mu muriro+. Gusubira mu vyagezwe 5:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yehova yavuganye namwe amaso mu yandi ku musozi, avugira mu muriro+.
36 Yarabumvishije ijwi ryiwe ari mw’ijuru kugira abakosore, kw’isi na ho yaraberetse umuriro wiwe ukomeye, kandi mwarumvise amajambo yiwe ava hagati mu muriro+.