Ivyakozwe 10:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Petero aca atangura kuvuga, agira ati: «Ubu ndatahuye neza ko Imana itagira nkunzi+, Abaroma 2:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Kuko Imana itagira nkunzi+.