Abalewi 24:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Uwishe mugenziwe*, na we nyene ategerezwa kwicwa+. Abalewi 24:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Uwukubise igitungwa akacica abwirizwa kukiriha+, ariko uwukubise umuntu akamwica na we nyene abwirizwa kwicwa+. Guharura 35:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Ntimuze muhumanye igihugu mubamwo, kuko amaraso ahumanya igihugu+. Igihugu ntigishobora guhumanurwa* amaraso yasesetse muri co kiretse hasesetse amaraso y’uwayasheshe+. 2 Samweli 21:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ku ntwaro ya Dawidi haba inzara+ mu kiringo c’imyaka itatu ikurikirana. Dawidi asiguza rero Yehova, maze Yehova amubwira ati: «Sawuli n’umuryango wiwe barasheshe amaraso, bica Abanyagibeyoni+.»
21 Uwukubise igitungwa akacica abwirizwa kukiriha+, ariko uwukubise umuntu akamwica na we nyene abwirizwa kwicwa+.
33 Ntimuze muhumanye igihugu mubamwo, kuko amaraso ahumanya igihugu+. Igihugu ntigishobora guhumanurwa* amaraso yasesetse muri co kiretse hasesetse amaraso y’uwayasheshe+.
21 Ku ntwaro ya Dawidi haba inzara+ mu kiringo c’imyaka itatu ikurikirana. Dawidi asiguza rero Yehova, maze Yehova amubwira ati: «Sawuli n’umuryango wiwe barasheshe amaraso, bica Abanyagibeyoni+.»