-
Yosuwa 21:1, 2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 Nuko abakuru b’imigwi mikurumikuru igize umuryango w’Abalewi baza kuraba umuherezi Eleyazari+ na Yosuwa mwene Nuni n’abakuru b’imigwi mikurumikuru igize imiryango ya Isirayeli 2 i Shilo+ mu gihugu ca Kanani. Bababwira bati: «Yehova yategetse biciye kuri Musa ko duhabwa ibisagara vyo kubamwo n’amatongo yavyo yo kuragiramwo ibitungwa vyacu+.»
-