Yosuwa 16:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Akarere abakomoka kuri Yozefu+ bahawe biciye ku bupfindo+ kava ku ruzi Yorodani hafi y’i Yeriko, kakagenda kerekeza ku mazi ari mu buseruko bwa Yeriko. Kaca gaca mu bugaragwa bwaduga buvuye i Yeriko bugashika mu misozi y’i Beteli+. Yosuwa 16:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Nuko abakomoka kuri Yozefu+ ari bo Manase na Efurayimu, batorana akarere kabo+.
16 Akarere abakomoka kuri Yozefu+ bahawe biciye ku bupfindo+ kava ku ruzi Yorodani hafi y’i Yeriko, kakagenda kerekeza ku mazi ari mu buseruko bwa Yeriko. Kaca gaca mu bugaragwa bwaduga buvuye i Yeriko bugashika mu misozi y’i Beteli+.