Yosuwa 15:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Rwaraduga rwerekeza i Debiri ruciye ahari ikiyaya ca Akori+ hanyuma rugakatira mu buraruko ruja i Gilugali+, aharabana n’umudugo wa Adumimu uri mu bumanuko bw’umwonga. Rwaca rugenda rwerekeza ku mazi ya Eni-Shemeshi+, rukagarukira i Eni-Rogeli+. Yosuwa 15:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mu burengero, urubibe rwari ikiyaga Kinini*+ n’inkengera yaco. Urwo ni rwo rwari urubibe ku mpande zose z’akarere kahawe abakomoka kuri Yuda, hisunzwe ingo zabo. 1 Abami 1:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mu nyuma Adoniya atanga ibimazi+ vy’intama n’inka n’ibitungwa binuze, abitangira iruhande y’ibuye rya Zoheleti ryari hafi y’i Eni-Rogeli. Atumira benewabo bose, ni ukuvuga abahungu b’umwami, atumira n’abagabo bose bo mu Buyuda bakorera umwami.
7 Rwaraduga rwerekeza i Debiri ruciye ahari ikiyaya ca Akori+ hanyuma rugakatira mu buraruko ruja i Gilugali+, aharabana n’umudugo wa Adumimu uri mu bumanuko bw’umwonga. Rwaca rugenda rwerekeza ku mazi ya Eni-Shemeshi+, rukagarukira i Eni-Rogeli+.
12 Mu burengero, urubibe rwari ikiyaga Kinini*+ n’inkengera yaco. Urwo ni rwo rwari urubibe ku mpande zose z’akarere kahawe abakomoka kuri Yuda, hisunzwe ingo zabo.
9 Mu nyuma Adoniya atanga ibimazi+ vy’intama n’inka n’ibitungwa binuze, abitangira iruhande y’ibuye rya Zoheleti ryari hafi y’i Eni-Rogeli. Atumira benewabo bose, ni ukuvuga abahungu b’umwami, atumira n’abagabo bose bo mu Buyuda bakorera umwami.