ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 14:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Bibonera kandi ububasha bukomeye* Yehova akoresheje mu kurwanya Abanyamisiri. Abantu baca batangura gutinya Yehova no kwizera Yehova na Musa umusavyi wiwe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Canke Imana yari bwagerageze kwikurira ihanga hagati mu rindi hanga ikoresheje ibihano*, ibimenyetso, ibitangaro+, intambara+, ukuboko gukomeye+ kandi kw’ububasha hamwe n’ibikorwa biteye ubwoba+, nk’uko Yehova Imana yanyu yabibakoreye mu Misiri muvyibonera?

  • Gusubira mu vyagezwe 29:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Nuko Musa ahamagara Abisirayeli bose ababwira ati: «Mwariboneye n’amaso yanyu ibintu vyose Yehova yakoreye mu Misiri, abikorera Farawo n’abasuku biwe bose hamwe n’igihugu ciwe cose+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika