1 Abami 18:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Maze Eliya ababwira ati: «Nimucakire abahanuzi ba Bayali! Ntihagire n’umwe muri bo abajana!» Baca barabacakira, hanyuma Eliya abamanukana ku mugezi* Kishoni+, abicirayo+. Zaburi 83:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nubakorere nk’ivyo wakoreye Midiyani+,nk’ivyo wakoreye Sisera na Yabini ku mugezi* wa Kishoni+.
40 Maze Eliya ababwira ati: «Nimucakire abahanuzi ba Bayali! Ntihagire n’umwe muri bo abajana!» Baca barabacakira, hanyuma Eliya abamanukana ku mugezi* Kishoni+, abicirayo+.