ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Debora aca avuga ati: «Sinzoreka kujana nawe. Ariko si wewe uzohabwa iteka mu rugamba ugiyeko, kuko Yehova azotsinda Sisera akoresheje umugore+.» Debora aca arahaguruka, ajana na Baraki i Kedeshi+.

  • Abacamanza 5:26, 27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Yatumye ukuboko atora urumambo rw’ihema,

      atuma ukuryo atora inyundo y’abakozi.

      Ahonda Sisera, amumena umutwe,

      Imisaya yiwe arayitobekeranya, arayisavya+.

      27 Hagati y’ibirenge vya Yayeli ni ho yatembagariye, ni ho yaguye aruma.

      Hagati y’ibirenge vya Yayeli ni ho yatembagariye, ni ho yaguye.

      Aho yatembagariye ni ho yaguye, aratsindwa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika