Abacamanza 6:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mu nyuma umumarayika wa Yehova araza+, yicara munsi y’igiti kinini ca Yowasi wo muri bene Abiyezeri+ cari i Ofura. Umuhungu wiwe Gideyoni+ yariko akubitira ingano mu ruganiro rw’umuvinyu kugira Abamidiyani ntibazibone. Abacamanza 6:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Guhera uwo musi Yowasi yita Gideyoni Yerubayali*. Avuga ati: «Bayali niyiburanire kuko hari uwasituriye hasi igicaniro cayo.»
11 Mu nyuma umumarayika wa Yehova araza+, yicara munsi y’igiti kinini ca Yowasi wo muri bene Abiyezeri+ cari i Ofura. Umuhungu wiwe Gideyoni+ yariko akubitira ingano mu ruganiro rw’umuvinyu kugira Abamidiyani ntibazibone.
32 Guhera uwo musi Yowasi yita Gideyoni Yerubayali*. Avuga ati: «Bayali niyiburanire kuko hari uwasituriye hasi igicaniro cayo.»