ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 9:28, 29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Gayali mwene Ebedi avuga ati: «Abimeleki abaye nde, canke Shekemu* ngo tubakorere? Mbega si mwene Yerubayali+, Zebuli na we akaba icariho ciwe? Pfume mukorera abantu ba Hamori se wa Shekemu. Kuki twokorera Abimeleki? 29 Ese iyaba ari jewe ntwara aba bantu! Nokuyeho Abimeleki.» Aca abwira Abimeleki ati: «Gwiza ingabo zawe uheze uze turwane.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika