ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 17:14, 15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Abakomoka kuri Yozefu babaza Yosuwa bati: «Kubera iki waduhaye* akarere kamwe gusa+ ngo kabe intoranwa yacu? Erega turi benshi cane, kuko Yehova yagumye aduhezagira+.» 15 Yosuwa aca abishura ati: «Nimba muri benshi cane, akarere k’imisozi ka Efurayimu+ kakaba ari gatoyi cane kuri mwebwe, nimuduge mu kibira murabe aho mutema mu gihugu c’Abaperizi+ n’Abarefayimu+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika